Hymne Burundi

Drapeau de BurundiBurundi Bwacu

Original

Burundi Bwacu

Burundi Buhire Shinga icumu mu mashinga Gaba intahe y’ubugabo kubugingo. Warapfunywe ntiwapfuye, Warahabishijwe ntiwahababuka. Uhagurukana, Uhagurukana, Uhagurukana ubugabo urikukira, Ukomerwa amashi n’amakungu, Uhabw ‘ impundu n’abawe Isamirane mu mashinga. Isamirane mu mashinga. Burundi bwacu ragi rya basokuru Ramutswa intahe n’ibihugu Ufatanije ishaka n’ubuhizi. Vuza impundu Wiganzuye uwakuganza. Wiganzuye uwakuganza. Burundi bwacu, Nkora mutima kuri twese Tugutuye amaboko, umutima n’ubuzima Imana yakuduhaye ikudutungire. Horana ubumwe n’abagabo n’itekane. Sagwa n’urweze Sagwa n’amahoro meza.

Français